Mugihe c' amayinga 21
kugeza kuri 22 nyuma yo gusama,
ibihaha bigira ubushobozi
bwo guhumeka umwuka.
Ibyo vyerekana ko
umwana aba yakuze
kubera ko aba
nyuma y'ingovyi
ivyo ariko bishoboka
ku tuyoya tumwe na tumwe.
Hakoreshejwe ubuhanga buhanitse
Mu vy'ubuvuzi
birashoboka kuramira
ubuzima bw'abana bavuka
badashitse.